Burundi: ng’uku uko umugabo w’ubu akwiye kumera mu rugo

[Yaga Burundi] - 11/01/2018

Uko ibihe biha ibindi, umugabo w’umurundi ngo agenda ahinduka mu nyifato yiwe mu rugo. Déo Ndayishimiye aratwiganira uko abibona mu kibano, agashimikira ku gishingantahe c’umusore Samweri Kajuru. Samweri Kajuru ni umusore w’imyaka 27. Aheruka kurangiza amashure yiwe muri kaminuza imwe yo mu (...)


    e-mail