Incamake y’amakuru y’iwacu yo ku wa 12 nzero 2018

[Iwacu] - 12/01/2018

•Hasubiye kwibonekeza ubukene bw’igitoro co mu bwoko bwa essence hano mu gisagara ca Bujumbura kuva ku musi wa gatatu. Kuma station atari make igitoro ntacariko kiratangwa. Aho cari naho hibonekeza imirongo miremire y’abagitondeye. Abanyagihugu basaba reta ko hako igitoro kibura go cotuma kiduzwa (...)


    e-mail